Umuririmvyi Ashley Diva nawe ati 2016 Ije yayiteguriye
Nk’uko yabimenyesheje biciye ku rubuga rwiwe rwa Watsapp aho yashizeko I foto iriko Aya majambo avuga mu kirundi asigura ati “Abo bakubwira k’udashoboye, kandi ataco uzogerako ahubw baba bagutinya babona kufise ico uzovamwo” abandanya atumenyesha ko ari mu bagiye gukorera imiziki yiwe muri studio Ije itavyorosha ya Master Muzik, mmuri kuno kwezi kwambere nyene, akavuga ko basanzwe bakorana neza n’umuhinyanyuzi Masterland.. Hagataho arafise urugendo ruzomushikana mu gihugu Ca Kenya mu kwezi kwa kabiri.. I kinyamakuru canyu master-muzik.com kibemereye ko kizoza kirababwira vyinshi ku makuru y’uw’umwigeme asanzwe akundwa cane mu Burundi no hakurya yaho..