Home » Posts tagged "Master Muzik Records"
Jun 11, 2018 0 comment

New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutunga muri Playlist yawe…

New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutunga muri Playlist yawe…
Umugwi The Boss ugizwe n'abasore babiri bakiri bato batarakwiza n'imyaka 18  bisanzwe bavuka m ntara ya Mwaro  wifadikanije n'umuririmvyi Chino B nawe yataye uruzogi I Bubanza ;baratumbereye inzu ihinyanyura ya #Master_Muzik, nk'uko bama barakora, bakoze igikorwa twipfuje ko wogishira muri Playlist yawe ya misi yose.. Indirimbo yitwa tuzobana, igizwe n'amajambo meza caane aryohera ugutwi, agakora ku mutima k'uwuyumvirije na cane cane uwukunzwe canke akunze ..   N'indirimbo yahinyanyuwe na Lily Evry, kuva muri Master Muzik Records.. Tubikora kwakundi mu gufyonda kw'ino vidéo, duheze twumvirize canke tuvome(Download) runo ruririmbo   Ntitwibagira gufyonda kuri #Share dufashe gushika Kure cane runo rwaruka rushoboye.. https://youtu.be/kjXn2TcFxJ4  
read more
Feb 09, 2018 0 comment

Exclusive InterviewlMasterland uyu mwaka ngo ntazobatezurira na gato.

Exclusive InterviewlMasterland uyu mwaka ngo ntazobatezurira na gato.
Bwnshi twarumvise amakuba y'ísanganya ryashikiye umuririmvyi akunzwe akaba n'úmuyobozi wa Master Muzik Group,mu ntango z'úkwezi kwa cumi na kabiri umwaka uheze,uyu musi twagiriwe ibakwe ryo guhura nawe aho ,yatuganirije kuri vyinshi mu vyo benshi dufise nkíbibazo. Mbega Masterland wa 2017 na 2018 bazotandukanira he? Mbega Masterland arasubira gukora production nko mu myaka iheze? Aho nákahe karusho Master Muzik ifise kotuma urengana ahandi hose ukabatumbera? Ntakindi atari kuraba ino Video yose umurava. Ntiwibagire gusiga iciyumviro cawe muri Comments no kudufasha gusangiza ino kuru abandi(Like & Share)
read more
Jan 16, 2018 0 comment

News| Noneho Clementine Kavy yaronse uwumwemeza aho vyakabereye.

News| Noneho Clementine Kavy yaronse uwumwemeza aho vyakabereye.
Clementine Kavy, umwigeme ariko yemeza urwinshi rw'abakunzi ba Ndundi muzika Benshi baratangazwa n'uyu mwigeme ukwo agenda yigaragaza mu kibuga ca muzika ndundi ukwo bukeye ukwo bwije ,ariko ico benshi bahurizako n'uko ari umwigeme atari uwo kwirengagiza tukabibutsa ko ari nawe mwigeme yaserukiye intara ya Cankuzo asanzwe avukamwo imyaka ibiri yose mw'ihiganwa Primusic. Kuva ku ndirimbo yumvikanyemwo ubwambere Romantic Cover yari yabaye neza na neza Tiwa Savage, bamwe bati abo ni bamwe basubiramwo ivy'abandi batokora ivyabo ngo burakeye tubirabe ariko umwana w'abakobwa ntiyatevye aho yabigarutsemwo neza agira ati:"Uranyemeza." mu mudiho mwiza, mu majambo anoboye, mu kajwi karyoheye ugutwi, abifashijwemwo na Studio asanzwe akoreramwo kenshi ya Master Muzik Records aho yakorewe na Masterland na Evry Pro yarabikoze aho gushika n'ubu iyo ndirimbo icikugurwa aho vyabonekeye mu giteramo co kuri Lacosta Beach co kuwa 07/07/2018 cari categuwe n'umuririmvyi yamamaye Sat-B basanzwe ...
read more
Jan 10, 2018 0 comment

INKURU ISHUSHE:Mu majwi atera kumerereza aba bakobwa bakoze ivyo benshi dushaka

INKURU ISHUSHE:Mu majwi atera kumerereza aba bakobwa bakoze ivyo benshi dushaka
Ntivyari vyitezwe na gato ariko vyabaye, aho Pamy Queen na Beblina bakoze urunani abatari bake bakeza kuko vyabonetse kuva mu ndirimbo yabo yambere bashize ahabona k'uwu wa 10 nzero 2018.bise  ;"Mshuhulikiye" bikaba biboneka ko bari mubo twokwitegako ivyiza bitari bike mu misi iri imbere . 2 Beblina iburyo, Pamy Queen ibubamfu, nibo bagize umurwi The Queens .   Ntiturababaza uwabahanuye canke aho bakuye ico ciyumviro co kuja hamwe ariko icibonekeje n'uko ubucuti bari bafitanye kuva imbere bwavyaye umugwi mushasha muri ino industry ya Buja Flavor bise The Queens ,aho buguruje umwaka wa 2018 n'ino ndirimbo yoryohera umuntu wese akunda, akunzwe, umuntu wese afise ubunyamuntu kuko ari indirimbo y'umutima vy'ukuri,ikaba yatosowe neza mu majwi n'umudiho n'abahinyanyuzi b'inryamunyu Kane's Touch na Lil Evry Pro muri Studio ya Master Muzik isanzwe ishigikira abaririmvyi benshi.   Bikore nk'uwubimenyereye ufyonde kw'ino video musi uheze utege amatwi ...
read more
Jan 06, 2018 0 comment

Breaking News :Mt Number One ngo siwe wenyene abikunda,aho n’inyuma y’uko…(Video)

Breaking News :Mt Number One ngo siwe wenyene abikunda,aho n’inyuma y’uko…(Video)
Nk'uko abatari bake babigarutseko, bamaze kubona ino video yasohotse ubwambere muri 2018, aho yasohotse mu gitondo c'itariki yambere, nzero, iyo nayo ikaba yitwa "Your Body" ya Mt Number One, yashoboye gukorwa neza, no gutunganywa na John Elarts arikumwe na Hugues Hakim Bana, amajwi canke audio ikorwa na DJ Four asanzwe ari umuhinyanyuzi wo muri Master Muzik Records.. N'ubu mw'aya masanamu meza caane, uwo muririmvyi asanzwe yibera muri Tennessee mu gihugu ca Leta zunze ubumwe bwa Amerika(USA) yagaragaye ari kumwe n'umwigeme afise ikimero n'inyuma hanini aho benshi bakunze kwita Ku bisusu , Abigeme bafise mwene izi tailles nibo baboneka mw'iyo sanamu yiwe,n'izindi ziwe nk'uko mushobora kubibona muciye ku rubuga rwiwe rwa VeVo.(MtnumberoneVevo)    Bikaba bivurwa ko uwo muririmvyi asanzwe akunda abigeme bateye nk'ibisabo aho ababivuga bafatira ku masanamu y'iyi ndirimbo nyene vyabonetsemwo , eka n'uko amaze kubiririmba akatari gake acisha mu marenga nko muri ...
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better