Home » Posts tagged "LANDRY SB"
Jun 18, 2018 0 comment

New Video | Mirror Team ku rundi rwego rwiza..

New Video | Mirror Team ku rundi rwego rwiza..
Birahimbaye cane iyo uzi ko uva mu gihugu nk'Uburundi ugaca ubona umunyagihugu araririmvye indirimbo nk'iyi, mu rurimi wumva, n'abantu uzi ko muva mu gihugu kimwe, abosore n'ibigeme beza vy'ukuri kuko aba ar'iteka, biranaryoha uri umunyamahanga utumva na kimwe ariko ukaraba amasanamu nkaya, bikiyumyura iyo wihebuye ko ataco uri butahure mu ndirimbo, ukumva bakorokejemwo utujambo turi mu rurimi rw'icongereza ugaheza ukitoramwo ukisangamwo, ntushake kuvamwo ukavuga nti ngumizayo..   Aho uba ubaye nka Mirror Team ;umurwi w'abasore bane ubwabo  baraye bashize ku mugaragaro indirimbo nziza cane, mu matwi ya benshi bumvirije ico gikorwa categuriwe muri #Master_Muzik, n'umuhinga Kanes's touch na TRICK on the beat eka kikaba kiriko kiranyura n'amaso ya benshi baravye amasanamu yahinyanyuwe n'umuhinga Landry SB     Ni umunezero wacu nk'uruganda rwa master-muzik.com kuguhamagarira kuraba ino #Video  Akaryo ni rwawe Fyonda aho ahari ishusho canke video, ...
read more
Jan 09, 2017 0 comment

Masterland yaraye yerekanye neza ko Buja fleva itazigera ihenuka na gato.

Masterland yaraye yerekanye neza ko Buja fleva itazigera ihenuka na gato.
Inyuma y'amajambo mabi atyoza yongera acafuza umuziki ndundi(Buja Fleva),yaramaze igihe aca ku mbuga zimwe zimwe yandikwa n'abitwa ngo bajejwe gutenza imbere uwo muziki,aho bamwe bavuga ngo R.I.P Buja fleva,Masterland yaraye abakuriye inkoni ku gushitsi neza na neza aca anabemeza yuko BUJA FLEVA WILL NEVER DIE. Nkuko yabivuze Masterland Pro kuruyu wagatandatu kwigenekerezo rya07/01/2017 niho yashize ahabona Amasanamu yururirimbo rwiwe #ntundekure. Ayo masanamu yakozwe na Kent Kent (#KentP) hamwe naHugues Hakim Bana aho bakoze igikorwa gishimishije caaane ndetse gifise qualité idasanzwe ya image. Nkuko vyamenyeshejwe na Amissi Heros(Ami Pro) ariwe yariko aratanga Amajambo yatumenyesheje ko iyo Video bayikoresheje amafaranga yababa Imiliyoni zine zamarundi. Ikindi cibonekeje nuko Masterland yakoresheje uyundi muririmvyikazi yitwa Lucia nkumu Queen Video bituma amascenario aryoha gusumba na cane cane aho bakoresheje akabajaji kwerekana ubuzima busanzwe abakundana bafise uburyo ...
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better