Sep 12, 2018
0 comment
sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza
mbega wibaza ko Masterland ari inde?yavutse ryari?yabayeho gute muri kahise?afise kubu akahe?kazoza kiwe ko?
urashaka kumenya ido n’ido ku buzima,kuva kumunsi avuka gushika uyu musi;na kazoza afise,bw’uno muririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi?
kurikirana iki kiganiro BETV yagiranye na Masterland
kirabe hano hasi unagire ico uvuze muri commentaire