Home » Artists » Newz | Hagati ya Channy Queen na Esther ...
Apr 20, 2018 0 comment

Newz | Hagati ya Channy Queen na Esther Nish ninde bateye akadobo?

Icambere n’abigeme basanzwe bafise amajwi atyoroye nk’ay’abamalayika atagira agasembwa n’ubunararibonye mu vya Live Music, vyatangaje benshi biranabanezera kwumva bahujwe n’indirimbo imwe, bayihurizamwo ubwo buryohe bw’amajwi yabo n’insubirajwi zitandukanye ..indirimbo babatije iina rya “Ntiyari uwanje”

Mbeho ni kuber’iki iryo zina?

UWumvirije ubutumwa naho ntawogenda atagize amakenga canke ngo areke kwibaza vyinshi narirya abatari bake bamaze kwibaza ko ubutumwa bwaririmbwemwo ari ubutumwa bwa nyabwo bimwe benshi bita True Story.. ,iyo ikaba ari inkuru yacu yohanyuma ,nkuko tugiye kubija imuzi tubamenyeshe iyo bija n’iyo biva nkuko twiyemeje kubaha inkuru ziri ku gihe kandi zitagira agasembwa.. mbega hagati ya ChannyQueen na Esther Nish ninde yatewe akadobo?? Bizobandanya

Indirimbo yakorewe mu gikoni ca MasterMuzik,ikorwa n’umuhinyanyuzi Masterland..

Fyonda hano uyitege yompi,wironkere k’ubu buryohe nawe

Erekana urukundo rwawe mu gusangira na benshi ino nkuru n’iyi ndirimbo..

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better