Oct 01, 2018
0 comment
New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha
umuririmvyikazi w’Umurundi Natasha inyuma yo gusohora indirimbo yise Mubibona gute akaba yayi yayisohoye ivuga gusa(audio),ubu naho yakuzaniye amasanamu yayo(video)
aya ni amasanamu meza cane anonosoye ku twego rwo hejuru,mukaba muzi ko uno muririmvyi kazi,muriki gihe, ariko akora ibikora inka mumuziki ndundi akaba yamana n’umwete mubikorwa vyiwe.
turagutumiye nawe kuyiraba hano hasi
ntiwibagire kugira icuyivuzeko muri commentaire