Home » Artists » New_audio_Siko_yari_by_B_Face...
Sep 10, 2018 0 comment

New_audio_Siko_yari_by_B_Face

ati siko yari siko yabaye si ivyo yigize ahubwo yavutse yisanga uko ameze ubu,iyo ni indirimbo nshasha umuririmvyi B Face yashize ku mugaragaro.

bamwe bati uyu muririmvyi nta kindi ashoboye atari Beef gusa,ariko si uko bimeze kuko hari n’izindi ndirimbo yama akora zivuga ku buzima bw’ibintu bibaho kuri umwe wese,noneho inyuma y’ivyo vyose akuzaniye iyi ndirimbo yise Siko yari aho irimwo amajambo nkoramutima kandi yibibaho mubuzima bwa minsi yose.

yumvirize aho hasi nawe ugire ico uyivuzeko

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better