Home » Artists » New Video| Menya nawe uwo B-face yavuze ...
Jun 10, 2018 0 comment

New Video| Menya nawe uwo B-face yavuze mu ndirimbo yiwe nshasha Freestyle.

Umuririmvyi w’umudiho wa Hip Hop ariko aravyitwaramwo neza cane, ariwe B-face, nk’uko benshi batodeha kwemanga akazi n’ubwira bw’uwo musore;yasubiye kubikora mu ndirimbo yasohotse ishishiriye irikumwe n’amasanamu ameze neza cane .

Yayise Freestyle, indirimbo yaje abatari bake bayishashaye, bivanye n’uko bari biteze ko havurwamwo ibimaze imisi bimuvurwako vy’uko atari mu mubano mwiza na management yiwe,bamwe bakibaza kw’arivyo bivanye n’uko yasohotse ata kiranga canke izina rya Label vyari bizwi ko asanzwe abarizwamwo, ayo n’amakuru tuzobandanya tubatohoreza hanyuma. Iyo ndirimbo ikaba yakozwe amasanamu n’umuhinyanyuzi yifashe neza Brian Smith, amajwi akaba yakorewe muri Hope Talent na Endo Mike the machine.

Raba wongere wumvirize ako kazi kakozwe n’uwo musore benshi bita mzee wa ma Freestyle..

Ntimwibagire no kuyisangiza abandi..

 

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

  • because you deserve more...

    REVIEWED BY Master Muzik

  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better