Home » Artists » New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutu...
Jun 11, 2018 0 comment

New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutunga muri Playlist yawe…

Umugwi The Boss ugizwe n’abasore babiri bakiri bato batarakwiza n’imyaka 18  bisanzwe bavuka m ntara ya Mwaro  wifadikanije n’umuririmvyi Chino B nawe yataye uruzogi I Bubanza ;baratumbereye inzu ihinyanyura ya #Master_Muzik, nk’uko bama barakora, bakoze igikorwa twipfuje ko wogishira muri Playlist yawe ya misi yose..

Indirimbo yitwa tuzobana, igizwe n’amajambo meza caane aryohera ugutwi, agakora ku mutima k’uwuyumvirije na cane cane uwukunzwe canke akunze ..

 

N’indirimbo yahinyanyuwe na Lily Evry, kuva muri Master Muzik Records..

Tubikora kwakundi mu gufyonda kw’ino vidéo, duheze twumvirize canke tuvome(Download) runo ruririmbo

 

Ntitwibagira gufyonda kuri #Share dufashe gushika Kure cane runo rwaruka rushoboye..

 

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better