Sep 07, 2018
0 comment
New Audio My Energy by Fingi ft Jadix
kuyindi ncuro wa musore wanyu mukunda cane Jadix ari kumwe na Fingi,babazaniye indirimbo nshasha bise My Energy
iyi ndirimbo ikaba ikomeje kuvugisha amajambo menshi aba na bariya,abenshi aho bakomeje kwibaza niba vyukuri yakorewe mu Burundi ariko ico twokumenyesha ni uko yakorewe muri ya nzu yanyu y’ubuhinyanyuriro bw’indirimbo MasterMuzik
tugusabe nawe wumvirize iyi ndirimbo hano hasi eka unayidangize abandi