Sep 05, 2018
0 comment
New Audio| MB Data – Ikibaju
Inyuma yo gukora neza n’Indirimbo yiwe yakoranye na Magic Kingorongoro yise SINDI IKIBAMBA, agarukanye izindi nguvu zidasanzwe n’Indirimbo yise IKIBAJU.
Bamwe ati uyu muhungu batamucungiye hagufi ategerezwa kuba Mpuzamakungu kuko ingabirano afise ntisanzwe.
Ubona ko nuwafashije igihangange mumuziki Ndundi ariwe SAT-B gushika aho ari, ariwe ariko afasha MB Data akaba ari umuhinyanyuzi AMIR PRO.
Nka Master Muzik dufise iteka ryo kubatumirira kunviriza iyi ndirimbo ngaha: