Home » Artists » INKURU ISHUSHE:Mu majwi atera kumerereza...
Jan 10, 2018 0 comment

INKURU ISHUSHE:Mu majwi atera kumerereza aba bakobwa bakoze ivyo benshi dushaka

Ntivyari vyitezwe na gato ariko vyabaye, aho Pamy Queen na Beblina bakoze urunani abatari bake bakeza kuko vyabonetse kuva mu ndirimbo yabo yambere bashize ahabona k’uwu wa 10 nzero 2018.bise  ;”Mshuhulikiye” bikaba biboneka ko bari mubo twokwitegako ivyiza bitari bike mu misi iri imbere .

IMG-20180110-WA00022

Beblina iburyo, Pamy Queen ibubamfu, nibo bagize umurwi The Queens .

 

Ntiturababaza uwabahanuye canke aho bakuye ico ciyumviro co kuja hamwe ariko icibonekeje n’uko ubucuti bari bafitanye kuva imbere bwavyaye umugwi mushasha muri ino industry ya Buja Flavor bise The Queens ,aho buguruje umwaka wa 2018 n’ino ndirimbo yoryohera umuntu wese akunda, akunzwe, umuntu wese afise ubunyamuntu kuko ari indirimbo y’umutima vy’ukuri,ikaba yatosowe neza mu majwi n’umudiho n’abahinyanyuzi b’inryamunyu Kane’s Touch na Lil Evry Pro muri Studio ya Master Muzik isanzwe ishigikira abaririmvyi benshi.

 

Bikore nk’uwubimenyereye ufyonde kw’ino video musi uheze utege amatwi atawuguciramwo, uraheza utubeshuze mu nyuma canke wemeranye natwe mugufyonda #Like, Comment na Share(Partage) Mshuhulikiye By The Queens 

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better