Sep 03, 2018
0 comment
isinzi ry’abantu nibo bamwakiriye nk’umwami
kumusi w’Imana igenekerezo rya 2/9/2018 niho umuririmvi Masterland yari yagiye guteramisha abanya Bubanza aho ku Muzinda ariko muvyukuri uko abantu bamwakiriye biraboneka ko bari bamunyotewe eka mbere n’ivyo yakoze nibikora inka kuko abantu ntibashaka ko n’igiteramo cohera.uko niko bamwakiriye
bandanya mwumviriza akaririmbo gashasha Rundimwo by Masterland,karabe hano hasi