Home » Artists » Exclusive InterviewlMasterland uyu mwaka...
Feb 09, 2018 0 comment

Exclusive InterviewlMasterland uyu mwaka ngo ntazobatezurira na gato.

Bwnshi twarumvise amakuba y’ísanganya ryashikiye umuririmvyi akunzwe akaba n’úmuyobozi wa Master Muzik Group,mu ntango z’úkwezi kwa cumi na kabiri umwaka uheze,uyu musi twagiriwe ibakwe ryo guhura nawe aho ,yatuganirije kuri vyinshi mu vyo benshi dufise nkíbibazo.
Mbega Masterland wa 2017 na 2018 bazotandukanira he?
Mbega Masterland arasubira gukora production nko mu myaka iheze?
Aho nákahe karusho Master Muzik ifise kotuma urengana ahandi hose ukabatumbera?

Ntakindi atari kuraba ino Video yose umurava.
Ntiwibagire gusiga iciyumviro cawe muri Comments no kudufasha gusangiza ino kuru abandi(Like & Share)

Author:

Leave a Reply

Your Name*

Your Email*
Your Website

Comment

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better