Home » Uncategorized
Jan 05, 2016 0 comment

Umuririmvyi Ashley Diva nawe ati 2016 Ije yayiteguriye

Umuririmvyi Ashley Diva nawe ati 2016 Ije yayiteguriye
Nk'uko yabimenyesheje biciye ku rubuga rwiwe rwa Watsapp aho yashizeko I foto iriko Aya majambo avuga mu kirundi asigura ati "Abo bakubwira k'udashoboye, kandi ataco uzogerako ahubw baba bagutinya babona kufise ico uzovamwo"  abandanya atumenyesha ko ari mu bagiye gukorera  imiziki yiwe muri studio Ije itavyorosha ya Master Muzik, mmuri kuno kwezi kwambere nyene, akavuga ko basanzwe bakorana neza n'umuhinyanyuzi Masterland..  Hagataho arafise urugendo ruzomushikana mu gihugu Ca Kenya mu kwezi kwa kabiri..  I kinyamakuru canyu master-muzik.com kibemereye ko kizoza kirababwira vyinshi ku makuru y'uw'umwigeme asanzwe akundwa cane mu Burundi no hakurya yaho..
read more
Jan 01, 2016 0 comment

Studio Master Muzik iripfurije umwaka musha muhire abarundi n’abarundikazi eka n’isi yose muri rusangi

Studio Master Muzik iripfurije umwaka musha muhire abarundi n’abarundikazi eka n’isi yose muri rusangi
Hi  Studio Master Muzik iripfurije umwaka musha muhire abarundi n'abarundikazi eka n'abanyamahanga muri rusangi.. Ikabipfuriza umwaka w'amahoro n'amahonda, w'urukundo, w'iterambere, w'amagara meza, w'ibintu n'abantu, wo gustinda n'imigisha y'Imana mu ngo zanyu eka no mubikorwa vyanyu vya misi yose... Ikaba imenyesha ko ibikorwa vyo   gutangura ku mugaragaro ibikorwa vyayo bitangurana n'itariki 15 z' uku kwezi nyene kwa mbere uyu mwaka wa 2016.. Ikaba ihaye ikaze abanyamuziki bose bipfuza gukora imiziki y'akanovera ibamenyesha ko inyishu iza yabonetse k'umuziki ndudi Happy new year Meuilleur voeux Mwaka mupya Umwaka musha muhire
read more
Dec 22, 2015 0 comment

Imyiteguro yo kwubaka inzu y’ubuhinyanyuzi ya Master Muzik igeze aharyoshe.

Imyiteguro yo kwubaka inzu y’ubuhinyanyuzi ya Master Muzik igeze aharyoshe.
Imyiteguro yo kwubaka inzu y'ubuhinyanyuzi ya Master Muzik igeze aharyoshe. Nk'uko urubuga rwanyu arirwo master-muzik.com ruzoza rurabaha buri musi amakuru ya buri musi  ajanye n'iyo nzu Ije izanye impinduka zitari nke mu muziki ndundi.. Twavyiboneye ko ibijanye no kwubaka no gushariza inyubakwa zizokoreramwo iyo nzu y'ubuhinyanyuzi ubu bisa nibigeze ku musozo Aha n'inyuma kw'ibarabara aho iyo nzu izokerera neza na neza kw'ibarabara RN1 muri quartier Taba ya zone Gihosha, urenganye nk'imetero 200 uvuye aho ibiro vya Lumitel vyo muri commune Ntahangwa biherereye Umuyobozi w'iyo nzu Master Muzik akaba adutangariza ko mu kwezi kwambere mu ntango ariho iyo nzu itangura gukora k' umugaragaro. Aho izoba iriko irakoreramwo abahinyanyuzi b'inryamunyu nka Masterland ubwiwe na Kolly DaMagic nawe amenyesha ko uno mwaka yazikenyeye Tukaba tugiye kuza turababwira uko bizoza biragenda Fyonda Like hano uzoze uribonera  bishasha bitakuvunye ...
read more
Dec 15, 2015 0 comment

Hello world!

Hello world!
Welcome to WordPress. This is your first post. Edit or delete it, then start writing!
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better