Home » Songs
Aug 25, 2018 0 comment

New Audio| Esther Nish – Warandoze

New Audio| Esther Nish – Warandoze
USHOBORA KUYUNVA NGAHA:
read more
Aug 08, 2018 0 comment

Masterland devient une légende dans sa jeunesse

Masterland devient une légende dans sa jeunesse
C'est l'un des artistes connu en Afrique de l'Est qui vient exactement au Burundi, il a déjà réalisé de nombreux morceaux qui ont cartonnés sur le territoire du Burundi. Récemment, il a fait une histoire inoubliable avec sa chanson "SABWE", y compris dans son album qui sera disponible au mois de décembre. Aujourd'hui, il nous donne une autre chanson titrée au nom de "RUNDIMWO" qui nous parle ouvertement de l'amour qu'il a dans son cœur pour une fille. Elle est dans le style de "KIZOMBA", produite par MASTERMUZIK. C'est une chanson qui a cartonné avant de sortir, on peut admettre que c'est la progression de sa carrière et généralement dans l'industrie de la musique burundaise. Tu peux la voir ici:
read more
Jul 18, 2018 0 comment

New Audio|

New Audio|
Numwe mubaririmvyi Ndundi azanye inguvu nyinshi mukwerekana impano ziwe, aho asanzwe ari n'umuhinyanyuzi. Azwi kwizina rya KINJU WAY, akaba yavyerekanye ko aje atandukanye nuko benshi bari bamuzi aho yashoboye gukora indirimbo iryoheye ugutwi yise KIPENZI. Nk'ikinyamakuru canyu ca MASTER-MUZIK twiyemeje kubazanira impano z'abene Burundi, muzi nizo mutari muzi. Dufise umunezero udasanzwe wo kubatumira kunviriza iyo ndirimbo yiwe ngaha:
read more
Jul 17, 2018 0 comment

New Audio| Olivier Figga – Nkwagalanyo Feat. Dauphin Dancolor

New Audio| Olivier Figga – Nkwagalanyo Feat. Dauphin Dancolor
Ukiyunva ubwambere wokwibaza ngo nab'Abaganda, haba namba ahubwo n'Abarundi. Abo nabo n'abaririmvyi bariko baravyifatamwo neza muri Industry y'umuziki Ndundi aribo "OLIVIER FIGGA" na "DAUPHIN DANCOLOR". Bafadikanije n'inzu isanzwe ihinyanyura imiziki ariyo MASTER MUZIK REC. bashoboye gukora Indirimbo iri kugwego utonakeka ko ari abarundi bakaba bayise NKWAGALANYO. Nkikinyamakuru MASTER MUZIK dufise umunezero wokubatumirira kwiyunvira namwe iyo ndirimbo y'Amateka ngaha:
read more
Jul 13, 2018 0 comment

New Audio| Tylo Sixer – Niggas N Troubles

New Audio| Tylo Sixer – Niggas N Troubles
Numwe muba Rappeur uburundi bufise akora Rap iri kugwego, Inyuma yo gukora indirimbo nyinshi zagiye zikundwa cane,Tylo Sixer kwiyi ncuro yaje ugutandukanye. Nkuko nawe yabivuze kuva itarasohoka yanditse kurubuga Rwiwe rwa Facebook Avuga ati:" Nakoze indirimbo nyinshi ariko iyi irenze uzo nakoze!" Nkuko natwe twayunvise, yatweretse ko aje ugutandukanye nkuko yahora. MASTER MUZIK dufise Umunezero wo kubatumirira kuyunva namwe hano:
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better