
ati siko yari siko yabaye si ivyo yigize ahubwo yavutse yisanga uko ameze ubu,iyo ni indirimbo nshasha umuririmvyi B Face yashize ku mugaragaro.
bamwe bati uyu muririmvyi nta kindi ashoboye atari Beef gusa,ariko si uko bimeze kuko hari n'izindi ndirimbo yama akora zivuga ku buzima bw'ibintu bibaho kuri umwe wese,noneho inyuma y'ivyo vyose akuzaniye iyi ndirimbo yise Siko yari aho irimwo amajambo nkoramutima kandi yibibaho mubuzima bwa minsi yose.
yumvirize aho hasi nawe ugire ico uyivuzeko
https://youtu.be/tp-lHPqvMIg
read more