Home » releases
Jul 09, 2018 0 comment

New Audio| Tigger Brizz – Mambo Sawa

New Audio| Tigger Brizz – Mambo Sawa
Numwe mubaririmvyi bariko baraza neza muri Industry yumuziki Ndundi uwo nawe yitwa Tigger Brizz ava muntara nshasha ya RUMONGE, inyuma yo gukora indirimbo yiwe yise So Much yamushikanye ahandi hantu, ubu naho yahisemwo kubaha iyo ndirimbo ikozwe mubuhinga bwa none kandi iryoheye ugutwi yise MAMBO SAWA. USHOBORA KUYUNVIRIZA NGAHA:
read more
Jul 09, 2018 0 comment

New Video Cover| Esther Nish – Feel Love Cover

New Video Cover| Esther Nish – Feel Love Cover
Vyatangaje benshi cane, uburyo Umuririmvyikazi Esther Nish yashoboye gusubiramwo indirimbo Feel Love ya Sat-B. Iri rikaboneka ko ari iterambere mumuziki ndundi kubona abaririmvyi bakora Cover indirimbo zabagenzi bao Ndundi. Tubatumiye rero kunviriza Iyo ndirimbo igezweho muri uno mwanya ngaha:
read more
Jun 18, 2018 0 comment

New Video | Mirror Team ku rundi rwego rwiza..

New Video | Mirror Team ku rundi rwego rwiza..
Birahimbaye cane iyo uzi ko uva mu gihugu nk'Uburundi ugaca ubona umunyagihugu araririmvye indirimbo nk'iyi, mu rurimi wumva, n'abantu uzi ko muva mu gihugu kimwe, abosore n'ibigeme beza vy'ukuri kuko aba ar'iteka, biranaryoha uri umunyamahanga utumva na kimwe ariko ukaraba amasanamu nkaya, bikiyumyura iyo wihebuye ko ataco uri butahure mu ndirimbo, ukumva bakorokejemwo utujambo turi mu rurimi rw'icongereza ugaheza ukitoramwo ukisangamwo, ntushake kuvamwo ukavuga nti ngumizayo..   Aho uba ubaye nka Mirror Team ;umurwi w'abasore bane ubwabo  baraye bashize ku mugaragaro indirimbo nziza cane, mu matwi ya benshi bumvirije ico gikorwa categuriwe muri #Master_Muzik, n'umuhinga Kanes's touch na TRICK on the beat eka kikaba kiriko kiranyura n'amaso ya benshi baravye amasanamu yahinyanyuwe n'umuhinga Landry SB     Ni umunezero wacu nk'uruganda rwa master-muzik.com kuguhamagarira kuraba ino #Video  Akaryo ni rwawe Fyonda aho ahari ishusho canke video, ...
read more
Jun 11, 2018 0 comment

New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutunga muri Playlist yawe…

New Song| Tuzobana indirimbo ukwiye gutunga muri Playlist yawe…
Umugwi The Boss ugizwe n'abasore babiri bakiri bato batarakwiza n'imyaka 18  bisanzwe bavuka m ntara ya Mwaro  wifadikanije n'umuririmvyi Chino B nawe yataye uruzogi I Bubanza ;baratumbereye inzu ihinyanyura ya #Master_Muzik, nk'uko bama barakora, bakoze igikorwa twipfuje ko wogishira muri Playlist yawe ya misi yose.. Indirimbo yitwa tuzobana, igizwe n'amajambo meza caane aryohera ugutwi, agakora ku mutima k'uwuyumvirije na cane cane uwukunzwe canke akunze ..   N'indirimbo yahinyanyuwe na Lily Evry, kuva muri Master Muzik Records.. Tubikora kwakundi mu gufyonda kw'ino vidéo, duheze twumvirize canke tuvome(Download) runo ruririmbo   Ntitwibagira gufyonda kuri #Share dufashe gushika Kure cane runo rwaruka rushoboye.. https://youtu.be/kjXn2TcFxJ4  
read more
Jun 10, 2018 0 comment

New Video| Menya nawe uwo B-face yavuze mu ndirimbo yiwe nshasha Freestyle.

New Video| Menya nawe uwo B-face yavuze mu ndirimbo yiwe nshasha Freestyle.
Umuririmvyi w'umudiho wa Hip Hop ariko aravyitwaramwo neza cane, ariwe B-face, nk'uko benshi batodeha kwemanga akazi n'ubwira bw'uwo musore;yasubiye kubikora mu ndirimbo yasohotse ishishiriye irikumwe n'amasanamu ameze neza cane . Yayise Freestyle, indirimbo yaje abatari bake bayishashaye, bivanye n'uko bari biteze ko havurwamwo ibimaze imisi bimuvurwako vy'uko atari mu mubano mwiza na management yiwe,bamwe bakibaza kw'arivyo bivanye n'uko yasohotse ata kiranga canke izina rya Label vyari bizwi ko asanzwe abarizwamwo, ayo n'amakuru tuzobandanya tubatohoreza hanyuma. Iyo ndirimbo ikaba yakozwe amasanamu n'umuhinyanyuzi yifashe neza Brian Smith, amajwi akaba yakorewe muri Hope Talent na Endo Mike the machine. Raba wongere wumvirize ako kazi kakozwe n'uwo musore benshi bita mzee wa ma Freestyle.. Ntimwibagire no kuyisangiza abandi.. https://youtu.be/DDiPi1T9BeY  
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better