Home » releases
Oct 01, 2018 0 comment

New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha

New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha
umuririmvyikazi w'Umurundi Natasha inyuma yo gusohora indirimbo yise Mubibona gute akaba yayi yayisohoye ivuga gusa(audio),ubu naho yakuzaniye amasanamu yayo(video) aya ni amasanamu meza cane anonosoye ku twego rwo hejuru,mukaba muzi ko uno muririmvyi kazi,muriki gihe, ariko akora ibikora inka mumuziki ndundi akaba yamana n'umwete mubikorwa vyiwe. turagutumiye nawe kuyiraba hano hasi ntiwibagire kugira icuyivuzeko muri commentaire https://youtu.be/YLhxmMEzCVs
read more
Sep 10, 2018 0 comment

New_audio_Siko_yari_by_B_Face

New_audio_Siko_yari_by_B_Face
ati siko yari siko yabaye si ivyo yigize ahubwo yavutse yisanga uko ameze ubu,iyo ni indirimbo nshasha umuririmvyi B Face yashize ku mugaragaro. bamwe bati uyu muririmvyi nta kindi ashoboye atari Beef gusa,ariko si uko bimeze kuko hari n'izindi ndirimbo yama akora zivuga ku buzima bw'ibintu bibaho kuri umwe wese,noneho inyuma y'ivyo vyose akuzaniye iyi ndirimbo yise Siko yari aho irimwo amajambo nkoramutima kandi yibibaho mubuzima bwa minsi yose. yumvirize aho hasi nawe ugire ico uyivuzeko https://youtu.be/tp-lHPqvMIg
read more
Sep 10, 2018 0 comment

New Audio Wakanda by Preeze 36 ft Bobona

New Audio Wakanda by Preeze 36 ft Bobona
kuyindi ncuro kandi,abaririmvyi Preeze 36 ari kumwe na Bobona bakuzaniye indirimbo bise Wakanda iyi ni indirimbo ivuga kuri kahise k'igihugu c'Uburundi ikaba ikozwe n'ibicurarangisho vy'aho hambere eka iryoheye ugutwi.turakeje bano basore kuri rino teka bongeye gutera iguhugu cacu ushobora kuyumviriza nawe aho hasi https://youtu.be/Lrw6CLxFSp4
read more
Sep 09, 2018 0 comment

New audio-video ROMANTIC by Wind Divin ft Marembo

New audio-video ROMANTIC by  Wind Divin ft Marembo
kwa mala nyingine tena kijana wenu Wind Divin akishilikiana na Marembo wamekuletea chombo kipya walichokiita ROMANTIC nyimbo hiyi imetengenezewa kwenye ile studio kali Buja nzima inayojulikana kama Mastermuzik na video yake imetengenezewa na mmoja kati yama director mzuli kwa ma clip video.naomba uitizame hapa chini naamini we mwenyewe utaipenda https://youtu.be/gtbahLWP2Rw
read more
Sep 07, 2018 0 comment

New Audio My Energy by Fingi ft Jadix

New Audio My Energy by Fingi ft Jadix
kuyindi ncuro wa musore wanyu mukunda cane Jadix ari kumwe na Fingi,babazaniye indirimbo nshasha bise My Energy iyi ndirimbo ikaba ikomeje kuvugisha amajambo menshi aba na bariya,abenshi aho bakomeje kwibaza niba vyukuri yakorewe mu Burundi ariko ico twokumenyesha ni uko yakorewe muri ya nzu yanyu y'ubuhinyanyuriro bw'indirimbo MasterMuzik tugusabe nawe wumvirize iyi ndirimbo hano hasi eka unayidangize abandi https://youtu.be/Omv6w65Sy3s
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better