Home » News
Sep 12, 2018 0 comment

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza
mbega wibaza ko Masterland ari inde?yavutse ryari?yabayeho gute muri kahise?afise kubu akahe?kazoza kiwe ko? urashaka kumenya ido n'ido ku buzima,kuva kumunsi avuka gushika uyu musi;na kazoza afise,bw'uno muririmvyi akaba n'umuhinyanyuzi? kurikirana iki kiganiro BETV yagiranye na Masterland kirabe hano hasi unagire ico uvuze muri commentaire https://youtu.be/9KR2bD_L5_o
read more
Sep 10, 2018 0 comment

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria
siku ile alikua ameenda kumsapoti mwenzake Sat b katika No love tour pale Ngozi,Masterland ameoneshwa na mashabiki wake kama wanampenda saana na walikua wanahitaji aje kuwafurahisha pia walikua wanataka aendelee kuimba hadi kukuche,hawakutaka atoke kwenye stage;pia Masterland na yeye aliwafanyia maajabu ambao walifurahia sana tupia jicho hapa chini ujionee https://youtu.be/QOrcc61l9MQ
read more
Sep 05, 2018 0 comment

New Audio AGATETE BY AUBIN LUX

New Audio AGATETE BY AUBIN LUX
inyuma y'igihe gito asohoye indirimbo munsi y'izuba ari kumwe n'umuririmvyikazi Channy Queen,umusore wanyu AUBIN LUX abazaniye iyindi ndirimbo nshasha yise AGATETE. Agatete ni indirimbo ikozwe kuburyo bwa none ikaba yakorewe munzu yanyu MasterMuzik eka n'amajambo arimwo aryoheye ugutwi. ushobora kuyumviriza aho hasi. https://youtu.be/3ICPcklkYlQ
read more
Sep 05, 2018 0 comment

New Audio| MB Data – Ikibaju

New Audio| MB Data – Ikibaju
Inyuma yo gukora neza n'Indirimbo yiwe yakoranye na Magic Kingorongoro yise SINDI IKIBAMBA, agarukanye izindi nguvu zidasanzwe n'Indirimbo yise IKIBAJU. Bamwe ati uyu muhungu batamucungiye hagufi ategerezwa kuba Mpuzamakungu kuko ingabirano afise ntisanzwe. Ubona ko nuwafashije igihangange mumuziki Ndundi ariwe SAT-B gushika aho ari, ariwe ariko afasha MB Data akaba ari umuhinyanyuzi AMIR PRO. Nka Master Muzik dufise iteka ryo kubatumirira kunviriza iyi ndirimbo ngaha:
read more
Sep 03, 2018 0 comment

isinzi ry’abantu nibo bamwakiriye nk’umwami

isinzi ry’abantu nibo bamwakiriye nk’umwami
kumusi w'Imana igenekerezo rya 2/9/2018 niho umuririmvi Masterland yari yagiye guteramisha abanya Bubanza aho ku Muzinda ariko muvyukuri uko abantu bamwakiriye biraboneka ko bari bamunyotewe eka mbere n'ivyo yakoze nibikora inka kuko abantu ntibashaka ko n'igiteramo cohera.uko niko bamwakiriye bandanya mwumviriza akaririmbo gashasha Rundimwo by Masterland,karabe hano hasi https://youtu.be/rtNzvNW2Xvs
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better