Home » Lyrics
Sep 22, 2018 0 comment

New_Video_Lyrics_Stein_by_Bigg_Fizzo

New_Video_Lyrics_Stein_by_Bigg_Fizzo
umuririmvyi Mugani Desiré azwi kw'izina rya Big Fizzo kuruno musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 nyakanga isaha zitandatu z'umurango niho yashira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha yise Stein Stein ni indirimbo yakorewe muruganda rwa BANTU BWOY RECORDS,ikorwa n'umuhinyanyuzi Endo Mikevideo lyrics nayo ikorwa na John Elarts yieabire nawe aho hasi https://youtu.be/JHXzWWquFyg
read more
Sep 17, 2016 0 comment

Hatua nyingine ya CHINO B baada ya Love story

Hatua nyingine ya CHINO B baada ya Love story
Jamaa baada ya kuachia wimbo wake kwa muda mdogo tu kwa sasa aachia mashairi yote wazi(LYRICS). Hakika ukika vizuri nakutazama kwa macho yako mawili bila mawenge naamini hutashindwa kumkubari jama na kumuunga mkono kwa kazi zake kutokana na uzito wa mashairi ambayo yamejaa kwenye huu wimbo wake. tazama hapa chini video yenye mashairi yote,kisha utanipa matokeo.usisahau kuwashirikisha wenzako.   Skia wimbo huu kupitiya apa chini Love Story By Chino B [audio mp3="http://master-muzik.com/wp-content/uploads/2016/09/Love-Story-By-Chino-BProd.-By-Lil-Evry_MasterMuzik.mp3"][/audio]   Bonyeza na apa kwenye Video hii usome na ujuwe mashahili yote(Lyrics) https://www.youtube.com/watch?v=AzdnM_lyMhs&feature=youtu.be
read more
Jul 11, 2016 0 comment

Inyuma yo gukorera clip video abatari bake,umuhinyanyuzi Faraja arikumwe na Magic soldier yaje mw’ijwi ryiza ati;”Nene”

Inyuma yo gukorera clip video abatari bake,umuhinyanyuzi Faraja arikumwe na Magic soldier yaje mw’ijwi ryiza ati;”Nene”
Faraja .ntaramenyesha ko yafashe ingingo yo kuririmba burundu nk'uwuga ,inyuma yaho akoreye abaririmvyi isinzi amasamu y'indirmbo bo mu burundi no hanze yaho nka Peter Neyo n'abandi batari bake..Ariko mu makuru ava hirya no hino amenyesha ko ino ndirimbo ''Nene'' yoba yayirimiye umwigeme boba bakundanye mbere bivurwa ko bimirije no kubana. tuzokora uko dushoboye tumubabarize ibijanye n'iyo nkuru. Ariko naho biruko aka karirimbo utakumvirije woba wibujije ikintu kuko n'akaririmbo ndakwijeje ko kuruhurira mu mutwe nko mu bihe vy'umunaniro kuko kanyengetera mu mubiri buke buke.   Fyonda hano hepfo wiyumviririze ,harya ng'amatwi y'uwundi ntagushimira..   Ntimwibagire gufyonda ''Like' na ''Share'' [audio mp3="http://master-muzik.com/wp-content/uploads/2016/07/Nene-By-Faraja-Ft-Magic-SoldierProd.-By-Masterland-Beat.mp3"][/audio]  
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better