Home » Diverse
Sep 12, 2018 0 comment

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza
mbega wibaza ko Masterland ari inde?yavutse ryari?yabayeho gute muri kahise?afise kubu akahe?kazoza kiwe ko? urashaka kumenya ido n'ido ku buzima,kuva kumunsi avuka gushika uyu musi;na kazoza afise,bw'uno muririmvyi akaba n'umuhinyanyuzi? kurikirana iki kiganiro BETV yagiranye na Masterland kirabe hano hasi unagire ico uvuze muri commentaire https://youtu.be/9KR2bD_L5_o
read more
Sep 10, 2018 0 comment

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria
siku ile alikua ameenda kumsapoti mwenzake Sat b katika No love tour pale Ngozi,Masterland ameoneshwa na mashabiki wake kama wanampenda saana na walikua wanahitaji aje kuwafurahisha pia walikua wanataka aendelee kuimba hadi kukuche,hawakutaka atoke kwenye stage;pia Masterland na yeye aliwafanyia maajabu ambao walifurahia sana tupia jicho hapa chini ujionee https://youtu.be/QOrcc61l9MQ
read more
May 05, 2018 0 comment

Isabukuru Nziza| Francine Niyonsaba & Kook-K

Isabukuru Nziza| Francine Niyonsaba & Kook-K
Hari itariki nkiyi, igenekerezo rya 5 Rusama niho isi yabona abanyamateka nka Fancine Niyonsaba, Umuririmvyi Kook-K. Duhereye kuri Francine ivyiwe ntawobivuga ngo abiheze, ariko numwigeme adahagarika ijoro n'umutaga kumenyakanisha Uburundi mumakungu, mugitwara imidari yinzahabu kwiyi yose nibindi vyinshi tutovuga ngo duheze! MASTERMUZIK ENT. Tukaba tumwipfurije isabukuru nziza Imana imwongerereze imisi myinshi yo kubaho. Uyu nawe ni Kook-K nawe amateka yiwe simake aho yerekanye ubushobozi bwiwe muri Entertainment yumuziki w'Uburundi, akaba ari Producteur, Chanteur, Director nayandi mabanga atandukanye. Nawe nyene tukaba tumwipfurije isabukuru nziza Uhoraho akomeze kumuha inguvu nimigisha mwinshi muvyo akora vyose! MASTER MUZIK ENT. yipfurije isabukuru nabandi bose bavutse kuri ino tariki aho bari hose Imana ibongerereze imisi yo kubaho, mubeho mumunezero n'imigisha.
read more
Mar 31, 2018 0 comment

MasterMuzik ibipfuriza umusi mukuru mwiza wa Pasika kuri mwese.

MasterMuzik ibipfuriza umusi mukuru mwiza wa Pasika kuri mwese.
Inzu ikomeye muburundi, munzu zihinyanyura umuziki ariyo MasterMuzik ibipfurije umusi mukuru mwiza wa Pasika kubizera bose aho muri hose kwisi.
read more
Nov 15, 2016 0 comment

Ibi nivyo vyago vyaraye bishikiye DJ wa Masterland

Ibi nivyo vyago vyaraye bishikiye DJ wa Masterland
Umu DJ asanzwe avugiriza umuririmvyi MASTERLAND mu biteramo bitandukanye benshi bazi kw'izina rya DJ NC THE BADDEST nkuko akunda kwiyita yafatiwe muri CONCERT ariko ARASHIKUZA. Amwe mu mafoto yafatiwe muri giteramo cariko kibera kuri BAR NOBEL mu Nyakabiga kuwa Gatandatu,12/11/2016 uwo mu DJ agaragara neza ariko asamarira umwana w'umwigeme mugihe MASTERLAND yaramufashe ukuboko ariko ashimira abakunzi b' umuziki wiwe bari bitavye ico giteramo. DJ NC tumubajije ubwiwe yavuze yuko atari arasamarira uwo mwigeme kandi ngo naho yaririmvye SHIKUZA ngo suko akunda gushikuza. Umviriza iyo ndirimbo yiwe SHIKUZA yakoranye na STIKK OVERDO. Ntiwibagire kubimenyesha abandi. [audio mp3="http://master-muzik.com/wp-content/uploads/2016/08/Shikuza-By-Dj-NC-Feat-StiffProd.-By-MasterMuzik.mp3"][/audio]
read more

Latest Reviews

  • because you deserve more...

    REVIEWED BY Master Muzik

  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better