Home » Artists
Oct 01, 2018 0 comment

New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha

New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha
umuririmvyikazi w'Umurundi Natasha inyuma yo gusohora indirimbo yise Mubibona gute akaba yayi yayisohoye ivuga gusa(audio),ubu naho yakuzaniye amasanamu yayo(video) aya ni amasanamu meza cane anonosoye ku twego rwo hejuru,mukaba muzi ko uno muririmvyi kazi,muriki gihe, ariko akora ibikora inka mumuziki ndundi akaba yamana n'umwete mubikorwa vyiwe. turagutumiye nawe kuyiraba hano hasi ntiwibagire kugira icuyivuzeko muri commentaire https://youtu.be/YLhxmMEzCVs
read more
Sep 22, 2018 0 comment

New_Video_Lyrics_Stein_by_Bigg_Fizzo

New_Video_Lyrics_Stein_by_Bigg_Fizzo
umuririmvyi Mugani Desiré azwi kw'izina rya Big Fizzo kuruno musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 nyakanga isaha zitandatu z'umurango niho yashira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha yise Stein Stein ni indirimbo yakorewe muruganda rwa BANTU BWOY RECORDS,ikorwa n'umuhinyanyuzi Endo Mikevideo lyrics nayo ikorwa na John Elarts yieabire nawe aho hasi https://youtu.be/JHXzWWquFyg
read more
Sep 12, 2018 0 comment

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza

sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza
mbega wibaza ko Masterland ari inde?yavutse ryari?yabayeho gute muri kahise?afise kubu akahe?kazoza kiwe ko? urashaka kumenya ido n'ido ku buzima,kuva kumunsi avuka gushika uyu musi;na kazoza afise,bw'uno muririmvyi akaba n'umuhinyanyuzi? kurikirana iki kiganiro BETV yagiranye na Masterland kirabe hano hasi unagire ico uvuze muri commentaire https://youtu.be/9KR2bD_L5_o
read more
Sep 10, 2018 0 comment

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria

Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria
siku ile alikua ameenda kumsapoti mwenzake Sat b katika No love tour pale Ngozi,Masterland ameoneshwa na mashabiki wake kama wanampenda saana na walikua wanahitaji aje kuwafurahisha pia walikua wanataka aendelee kuimba hadi kukuche,hawakutaka atoke kwenye stage;pia Masterland na yeye aliwafanyia maajabu ambao walifurahia sana tupia jicho hapa chini ujionee https://youtu.be/QOrcc61l9MQ
read more
Sep 10, 2018 0 comment

New_audio_Siko_yari_by_B_Face

New_audio_Siko_yari_by_B_Face
ati siko yari siko yabaye si ivyo yigize ahubwo yavutse yisanga uko ameze ubu,iyo ni indirimbo nshasha umuririmvyi B Face yashize ku mugaragaro. bamwe bati uyu muririmvyi nta kindi ashoboye atari Beef gusa,ariko si uko bimeze kuko hari n'izindi ndirimbo yama akora zivuga ku buzima bw'ibintu bibaho kuri umwe wese,noneho inyuma y'ivyo vyose akuzaniye iyi ndirimbo yise Siko yari aho irimwo amajambo nkoramutima kandi yibibaho mubuzima bwa minsi yose. yumvirize aho hasi nawe ugire ico uyivuzeko https://youtu.be/tp-lHPqvMIg
read more

Latest Reviews

    There are no reviews to display.
  • Video Premiere

    Sinzohinduka by Masterland

    Tambira amahoro, 1st Edition 2016

  • Like Us on FB

Close
Please support the site
By clicking any of these buttons you help our site to get better