Video Premiere
Sinzohinduka by Masterland
Tambira amahoro, 1st Edition 2016
Like Us on FB
Latest Feature
-
Jun 05, 2018 0 comment
-
Jun 05, 2018 0 comment
-
Jun 01, 2018 0 comment
News | Masterland Azorekura Sabwe Ku…..
Imwe muri vidéo zirindiranywe igishika cinshi mu bakunzi bumuziki Ndundi Sabwe Ya Masterland Uno Musi Kwitariki 01-06-2018 Niho Abocishije Kumbuga Ziwe Ngurukana Bumenyi Yashoboye Gutangazako Iyo Vidéo Izosohoka Itariki 03-06-2018 Akaba Ariho Amashusho Yambere Yindirimbo Sabwe Azoshigwa ... read more -
May 30, 2018 0 comment
News|Arnovich yaraye yigaruriye umutima wa..
N'ikintu umuririmvyi wese aba aharanira, gukundwa, guhurumbirwa kwakirwa neza no kwitabwahwo na cane cane bigatera akamwemwe iyo ugitangura, kuko kenshi na kenshi biba ari bishasha mu maso yawe, ariko kandi ntawe bitoryohera kwumva canke kubona ikintu gishasha mu matwi canke mu maso yiwe ;na ... read more -
May 25, 2018 0 comment
News | Vuba Gose Gn Lfls 205 Ararekura Indirimbo Nshasha
GN lfls numwe Mubaririmvyi ba gospel rap akongera akaba no mubahinyanyuzi bemewe cane mu gihugu cu Burundi kubwibikorwa akora vyiza bikundwa cane mu gihugu mbere nohanze yaco nyuma yogushira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha yasohokanye nishusho ryayo ribona Sumu Super Star Yongeye Kuboneka ... read more -
May 25, 2018 0 comment
News | Umwanya Uwariwo Wose Masterland Arasohora Video Ya Sabwe
Nyuma yokuboneka kuma shusho yasanzaye cane kumbuga nkoranya mbaga vyaravuzwe cane ko Masterland ashobora kuba ari mwizunguraka ryamashusho abona yindirimbo yiwe Nshasha ikunzwe cane muri kino gihe Sabwe yarikomeje gusabigwa amashusho abona nabakunzi biwe muri rusangi abakunzi bumuziki ndundi ... read more -
May 25, 2018 0 comment
New Audio | Tylo Sixer – Call The Police
[audio mp3="http://master-muzik.com/wp-content/uploads/2018/05/Tylo-Sixer-Call-The-Police-HQ.mp3"][/audio] https://youtu.be/Tx_w4BaNv_s read more -
May 05, 2018 0 comment
Isabukuru Nziza| Francine Niyonsaba & Kook-K
Hari itariki nkiyi, igenekerezo rya 5 Rusama niho isi yabona abanyamateka nka Fancine Niyonsaba, Umuririmvyi Kook-K. Duhereye kuri Francine ivyiwe ntawobivuga ngo abiheze, ariko numwigeme adahagarika ijoro n'umutaga kumenyakanisha Uburundi mumakungu, mugitwara imidari yinzahabu kwiyi yose ... read more -
May 05, 2018 0 comment
New Audio| Pechie – Go (Feat. Fleury Rapper)| Download Mp3
Aba bahungu 2 nibamwe mugwaruka ruriko rugerageza kwerekana impana nshasha mumudiho wa Rap Ndundi, Abo nabo ni Fleury Rapper na Pechie bamaze imisi babikora bigashimwa muri Rap ya Gospel, Baheruka gusohora indirimbo yabo yakunzwe cane bise 《Only You》bari kumwe numwe mubagize umugwi wa ... read more -
May 05, 2018 0 comment
New Video| Overdo Team Forever – Abami B’Umudiho| Download Mp4
Uyu n'umugwi mumigwi ikomeye kuri Hip-Hop ngaha mugihugu c'Uburundi, inyuma yubuzi bwinshi n'amateka bariko bandikisha muri Buja Fleva, uno musi kuwa gatandatu igenekerezo rya 5 Rusama 2018 baraye babikoze mugushira kumugaragaro Video yamateka yindirimbo yabo bise ABAMI ... read more
Latest Reviews
-
There are no reviews to display.