Video Premiere
Sinzohinduka by Masterland
Tambira amahoro, 1st Edition 2016
Like Us on FB
Latest Feature
-
Sep 03, 2018 0 comment
isinzi ry’abantu nibo bamwakiriye nk’umwami
kumusi w'Imana igenekerezo rya 2/9/2018 niho umuririmvi Masterland yari yagiye guteramisha abanya Bubanza aho ku Muzinda ariko muvyukuri uko abantu bamwakiriye biraboneka ko bari bamunyotewe eka mbere n'ivyo yakoze nibikora inka kuko abantu ntibashaka ko n'igiteramo cohera.uko niko ... read more -
Sep 03, 2018 0 comment
Masterland yakiriwe birenze uko yari avyiteze
hari igenekerezo rya mbere ukwezi kw'icenda aho umuririmvyi Masterland yariko ateramisha abanye Ngozi mu giteramo cabereye kuri bar New bervedere bikaba vyaribonekeje ko aba fans bati baryohewe cane no kubona umu star wabo mbere vyaboneka ko bari bamukumbuye cane kuko bamwakiranye igishika ... read more -
Aug 25, 2018 0 comment
-
Aug 25, 2018 0 comment
-
Aug 08, 2018 0 comment
Masterland devient une légende dans sa jeunesse
C'est l'un des artistes connu en Afrique de l'Est qui vient exactement au Burundi, il a déjà réalisé de nombreux morceaux qui ont cartonnés sur le territoire du Burundi. Récemment, il a fait une histoire inoubliable avec sa chanson "SABWE", y compris dans son album qui sera disponible au ... read more -
Jul 26, 2018 0 comment
-
Jul 18, 2018 0 comment
New Audio|
Numwe mubaririmvyi Ndundi azanye inguvu nyinshi mukwerekana impano ziwe, aho asanzwe ari n'umuhinyanyuzi. Azwi kwizina rya KINJU WAY, akaba yavyerekanye ko aje atandukanye nuko benshi bari bamuzi aho yashoboye gukora indirimbo iryoheye ugutwi yise KIPENZI. Nk'ikinyamakuru canyu ca ... read more -
Jul 17, 2018 0 comment
New Audio| Olivier Figga – Nkwagalanyo Feat. Dauphin Dancolor
Ukiyunva ubwambere wokwibaza ngo nab'Abaganda, haba namba ahubwo n'Abarundi. Abo nabo n'abaririmvyi bariko baravyifatamwo neza muri Industry y'umuziki Ndundi aribo "OLIVIER FIGGA" na "DAUPHIN DANCOLOR". Bafadikanije n'inzu isanzwe ihinyanyura imiziki ariyo MASTER MUZIK REC. bashoboye gukora ... read more -
Jul 15, 2018 0 comment
-
Jul 13, 2018 0 comment
New Audio| Tylo Sixer – Niggas N Troubles
Numwe muba Rappeur uburundi bufise akora Rap iri kugwego, Inyuma yo gukora indirimbo nyinshi zagiye zikundwa cane,Tylo Sixer kwiyi ncuro yaje ugutandukanye. Nkuko nawe yabivuze kuva itarasohoka yanditse kurubuga Rwiwe rwa Facebook Avuga ati:" Nakoze indirimbo nyinshi ariko iyi irenze uzo ... read more
Latest Reviews
-
There are no reviews to display.