Video Premiere
Sinzohinduka by Masterland
Tambira amahoro, 1st Edition 2016
Like Us on FB
Latest Feature
-
Oct 01, 2018 0 comment
New_Video_Mubibona_Gute_by_Natasha
umuririmvyikazi w'Umurundi Natasha inyuma yo gusohora indirimbo yise Mubibona gute akaba yayi yayisohoye ivuga gusa(audio),ubu naho yakuzaniye amasanamu yayo(video) aya ni amasanamu meza cane anonosoye ku twego rwo hejuru,mukaba muzi ko uno muririmvyi kazi,muriki gihe, ariko akora ... read more -
Sep 22, 2018 0 comment
New_Video_Lyrics_Stein_by_Bigg_Fizzo
umuririmvyi Mugani Desiré azwi kw'izina rya Big Fizzo kuruno musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 nyakanga isaha zitandatu z'umurango niho yashira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha yise Stein Stein ni indirimbo yakorewe muruganda rwa BANTU BWOY RECORDS,ikorwa n'umuhinyanyuzi ... read more -
Sep 12, 2018 0 comment
sokuru_ati_kahise_gategura_kazoza
mbega wibaza ko Masterland ari inde?yavutse ryari?yabayeho gute muri kahise?afise kubu akahe?kazoza kiwe ko? urashaka kumenya ido n'ido ku buzima,kuva kumunsi avuka gushika uyu musi;na kazoza afise,bw'uno muririmvyi akaba n'umuhinyanyuzi? kurikirana iki kiganiro BETV yagiranye na ... read more -
Sep 10, 2018 0 comment
Masterland alioneshwa kama anashabikiwa zaidi ya anavyofikiria
siku ile alikua ameenda kumsapoti mwenzake Sat b katika No love tour pale Ngozi,Masterland ameoneshwa na mashabiki wake kama wanampenda saana na walikua wanahitaji aje kuwafurahisha pia walikua wanataka aendelee kuimba hadi kukuche,hawakutaka atoke kwenye stage;pia Masterland na yeye ... read more -
Sep 10, 2018 0 comment
New_audio_Siko_yari_by_B_Face
ati siko yari siko yabaye si ivyo yigize ahubwo yavutse yisanga uko ameze ubu,iyo ni indirimbo nshasha umuririmvyi B Face yashize ku mugaragaro. bamwe bati uyu muririmvyi nta kindi ashoboye atari Beef gusa,ariko si uko bimeze kuko hari n'izindi ndirimbo yama akora zivuga ku buzima ... read more -
Sep 10, 2018 0 comment
New Audio Wakanda by Preeze 36 ft Bobona
kuyindi ncuro kandi,abaririmvyi Preeze 36 ari kumwe na Bobona bakuzaniye indirimbo bise Wakanda iyi ni indirimbo ivuga kuri kahise k'igihugu c'Uburundi ikaba ikozwe n'ibicurarangisho vy'aho hambere eka iryoheye ugutwi.turakeje bano basore kuri rino teka bongeye gutera iguhugu ... read more -
Sep 09, 2018 0 comment
New audio-video ROMANTIC by Wind Divin ft Marembo
kwa mala nyingine tena kijana wenu Wind Divin akishilikiana na Marembo wamekuletea chombo kipya walichokiita ROMANTIC nyimbo hiyi imetengenezewa kwenye ile studio kali Buja nzima inayojulikana kama Mastermuzik na video yake imetengenezewa na mmoja kati yama director mzuli kwa ma clip ... read more -
Sep 07, 2018 0 comment
New Audio My Energy by Fingi ft Jadix
kuyindi ncuro wa musore wanyu mukunda cane Jadix ari kumwe na Fingi,babazaniye indirimbo nshasha bise My Energy iyi ndirimbo ikaba ikomeje kuvugisha amajambo menshi aba na bariya,abenshi aho bakomeje kwibaza niba vyukuri yakorewe mu Burundi ariko ico twokumenyesha ni uko yakorewe muri ya ... read more -
Sep 05, 2018 0 comment
New Audio AGATETE BY AUBIN LUX
inyuma y'igihe gito asohoye indirimbo munsi y'izuba ari kumwe n'umuririmvyikazi Channy Queen,umusore wanyu AUBIN LUX abazaniye iyindi ndirimbo nshasha yise AGATETE. Agatete ni indirimbo ikozwe kuburyo bwa none ikaba yakorewe munzu yanyu MasterMuzik eka n'amajambo arimwo aryoheye ... read more -
Sep 05, 2018 0 comment
New Audio| MB Data – Ikibaju
Inyuma yo gukora neza n'Indirimbo yiwe yakoranye na Magic Kingorongoro yise SINDI IKIBAMBA, agarukanye izindi nguvu zidasanzwe n'Indirimbo yise IKIBAJU. Bamwe ati uyu muhungu batamucungiye hagufi ategerezwa kuba Mpuzamakungu kuko ingabirano afise ntisanzwe. Ubona ko nuwafashije igihangange ... read more
Latest Reviews
-
There are no reviews to display.